Watumishi wa mungu m i niko Tz mmenibarik .huk tz tu kuna muda ambao mitandao yot inazuiuliwa hata kama una pesa kiasi gani kama huna cash unaweza lala njaa sijajua kama huko ipo!!!none se ndabaza yoba ifit isano nibirikuba???i'm burundian.
@NkiranuyeTheogen Says:
Nonese wamubarenuwuhe muriyo digito
@UbuturobweraTv Says:
Be blessed Shyaka Imana yagukoresheje Icyigisho cyiza cyane
Ikimenyetso c'inyamanswa/c'igikoko ni neza cane umusi witwa Dimanche/Sunday umusi wa mbere w'imisi indwi. Ikimenyetso co mu ruhanga no mu kiganza: kugishirwa mu ruhanga ni ukuzokwemera gusenga Dimanche/Sunday nk'umusi wo kuruhukako. Kugishirwa mu kiganza ni ugushira mu ngiro/mu bikorwa kuzogura canke kugurisha kuko ico gihe bivanye n'uko abatazovyemera bazofatwa nk'abantu bagumutse ku mategeko ya Leta/isi bazokwakwa uburenganzira bwo kugura canke kugurisha, eka mbere n'ubundi burenganzira bwa kiremwa muntu nka bwose. Igitigiri/umubare 666 ni izina ry'umuntu ryerekana ico gikoko ico ar'ico. Ni Ubupapa/Papacy or Papauté. Dimacnhe/Sunday/umusi wa mbere w'indwi/w'icyumweru ni ikimeyetso c'igikoko. Ng'ayo ng'uko mugire umugisha.
@simbarikurejeanbosco-g9o Says:
Ese iyo digital Id ntayo bazayidutera mumubiri cg ntayo nti card
God bless you Brothers uba mubwihisho bw'Isumba byose azahama mugicucu kishobora byose turamwizeye tuzava mwisi tudapfukamiye bayari .
@UwimpuhweLiberee-nz5qs Says:
Ndagukunze cyanne mukozi wImana n,ugukomerera muri Kristo pee tukizera ko Yesu azabana natwe muri icyo gihe kitoroshye.
@adelekiza4083 Says:
Hano byaratangiye peeee!
@vitalniyomwungere4317 Says:
Ese ikimenyetso c'igikoko ni ikihe?ico Imana ni ikihe?666 ni iki?
@vitalniyomwungere4317 Says:
Amahoro,Hama microchip siyo 666.ikindi nivyo hazotangura card Hama microchip.rero card zo twazikoreshej kuva kera for example mutuelle,card of bank,sim card....ariko Chip ni mbi pe naje ndavyemera kuko ni ico bita human biohacking bumwe mu bikorwa vya Gate,Dr Yuval Noah Halaly etc.
@nsengiyumvacharles4467 Says:
Yesu ashimwe iyi nimiburo muri kuburira abera nibyiza kandi tubisohoyemo gusa akantu kamwe numva nakosora nuko systeme yisi twese tuyirimo ahubwo icyo tuzirinda byukuri nugushirwamo microchip mumubiri karemano y'Imana ariko gutunga ID ya digital ntabwo arikibazo murakoze .
LATEST COMMENTS