<<@NiyongaboChadrack-j1k
says :
Mpindura kuba uwumumaro . Mana Mpindura korensha ivyicubahiro. Data kuraho ikintu cose gitey isoni . Mana kuraho inzitinzi zose iri mubuzima bwawe.
>>
<<@NiyongaboChadrack-j1k
says :
IcImana zakorensha gishingiy kuri jewe. Niwitandukanya ni kibi cose Imana izagukorensha ivyicubahiro. N urashaka ko Imana igukorensha ivyiza ? Witandukanye ni kibi cose . Imana ikorenshe ivyiza . Urashaka ko Imana ikuzanira ivyiza Umwaka uza utaha uze witandukanye nikibi cose. Mana tweze . Ubashe kuba umumaro washebuja . Mpin
>>
<<@NiyongaboChadrack-j1k
says :
Imana iragukorensha kugira ngo ukore ivyiza . Ufise hahise habi iragukiza . Imana itebagaze kahise kabi kabaye mubuzima bwacu . Waba mwiza canke mubi Imana yagukorensha iwariwese . Imana izakorensha umuntu abashe gusohoza ico yakuvuzeko , Akugez Ku Masezerano . Imana izakorensha kugira ngo iguhuzanye nabantu . Akugez no kugusunikirz muvyiza vyawe . Imana irandure ivyo itateragiye muri jewe .
>>
<<@NiyongaboChadrack-j1k
says :
Imana iragukorensha ntabwo Ariwewe wikorensha. Ntabwo bishingira kuriwe . Izashaka gukora neza ikorensha Abantu . Uburyo bwose Imana ikorensha Abantu .
>>
<<@NiyongaboChadrack-j1k
says :
Icipfuzo CImana nuko mukorana . Imana ntabwo Imana izamanuka mwishisho . Imana. Urigikorenshwo cImana .
>>
<<@NiyongaboChadrack-j1k
says :
Imana iragusibiza . Wubakwe ni Imana niwubakwa ni Mana urubakika .
>>
<<@NiyongaboChadrack-j1k
says :
Imana idusekere kandi idusesekarize ivyiza. Imana ikoresha Abantu . Imana igukoreshe . Imana igukorere ice inagukorensha . Imana igukorenshe uzane impinduka nziza mubawe . Ibisubizo kuvyo uriko urasengera . Igisubizo cawe kiri mubantu . Imana iguhuzanye nuwumfise igisubizo cawe . Habe impinduka nziza muvyawe nabawe . Imana ikubake kande ize ikubakire intahe . Imana ize isubize icipfuzo cawe. . Imana igire ico ikubwira . Uwiteka Asubize gusenga kwawe. Imana ikwitayeho .
>>
NEXT VIDEO
>>