<<@GoodluckMarieceline says : Nishimiye inyigisho zawe.>> <<@nderagakurajimmy866 says : Urakoze kubwamajambo meza uvuze! Ariko rero n'ugusuzuma neza! Burya dukwiye gushimisha Imana ibiturimwo nk'uko Dawidi yavuze ngo Zaburi ya Dawidi.[Mutima wanjye himbaza Uwiteka,Mwa bindimo byose mwe, muhimbaze izina rye ryera.] Zab 103:1. Impwemu, ubugingo n'umubiri bikwiye guhimbaza Imana vyose! Murasubiramwo murabe headdress yanyu! Ishusho yoyo ni nka cobra !!! Imana igutabare !>> <<@NdayizeyeAlice-f6w says : Umengo nisato yinzoka kumwutwe lvyobisuko bigaragaza inzoka>> <<@Gwiza737 says : Mabuja nikiza weee>> <<@MwihorezeChantal says : ๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿ™>> <<@misagojeanmarie5080 says : Unyumvire Imana Ishobora Kuba Irongora kumutwara Ni Ugupfa Imana nimo ivuga๐Ÿ˜Š>> <<@misagojeanmarie5080 says : Ubu SE SI saaa 04H00 Imana ikibazo Ishobora kumutwarada.>> <<@alinehatfield says : Umu Maman mwiza cyane๐Ÿ™Œ๐Ÿพ>> <<@jeromeNDAYIRAGIJE-w3p says : Ako kari agafyinyi, womenya abagabo babandi iyo barara๐Ÿ˜ข>> <<@alicekayihura3845 says : Quel bel couple examplaire โค!>> <<@BarharwigaAngela-xs6gp says : Yooo sorry umusaza n, umukirisitu Imana izamuhembe ubugingo>> <<@umumararungunizeyimana5560 says : Waruhaze sha Madame we urabona ataribyowigiragase>> <<@JENIFERUWIMANA-f8k says : Oh Imana iguhe umugisha mubyeyi mwiza kwakira igikombe cyagakiza mbere ya byose>> <<@candidegahugano7058 says : Nkunda wewe n'umutware wawe ariko ivyobisuko ngombako uzobiheba๐Ÿฅฐ>>
VideoPro
>>