<<@irambonaemery7722 says : Nubu mpejej kuhaca hariko ibirahure kind yarakoze kuzana umushinga iwacu>> <<@desiremiburo3492 says : Ndakwemera can niwewe watumye watwa na Christo Yesu>> <<@desiremiburo3492 says : Ndakwemera can niwewe watumye watwa na Christo Yesu>> <<@NgaruyeCedrick says : Prais the lord my father 🙏>> <<@EricBanda-zd9he says : waratumye nkunda guseng arik abarundi imana itubabarire>> <<@nderekanoella817 says : Ooh mon pasteur TUYISENGE SHALOM. uyo n'umukozi W'IMANA pe ❤❤❤❤>> <<@TheodahadImpundu says : Papa ndagukunda cane kandi wame wibuka ko uri papa wanje nanje nkaba umwana wawe bwite>> <<@mpawenayobeny3630 says : Yooo 😥Uzi ko kuva wirukanwa ntari bwasubire kukubona !Ndaryohew cane ☺️☺️>> <<@Kevin-qg3iu says : Uwo mwungere yahamagaw n'IMANA n'umugisha kuri benshi>> <<@Ndabihawenimana says : Mwalimu kweli yashaka kuguhirika😮>> <<@Ndabihawenimana says : Icumuntu abiba nico yimbura...subiza inyuma ibitekerezo,itangura rya Eglise...niho Imana izongera kugarura ibihe wifuza kugaruka mu buzima>> <<@Ndabihawenimana says : Gusaba imbabazi abo wagiriye nabi....>> <<@aliceKwizera-n4r says : Wubahwe mushumba ariko nubu turagukeneye iburundi kuko birimwisezerano imana yadusezeraniye kuzongera kugaruka ukaduha ubutumwa igihe nicagera tuzokubona mushumba mwiza wubahwe>> <<@jimmymartin9773 says : Kuva uvuye i Burundi sindakandagiza ikirenge muri rehoboth. Ni muduhe link ya zoom wahora utangiraho ubutumwa!🎉🎉🎉>> <<@celinecelina3323 says : pasta narakubonyemwo Imana>> <<@polycarpendayisaba7970 says : Nukuri uwatumye uva muburundi yarirukanye umugisha. Jw nakiriy Yesu kubwawe. Gusa Imana yomwijuru ivyumve uzogaruke kandi vuba.>> <<@kanyangemimi5953 says : Yooooo Yambiiiiiii ,Ndakwibutse Pasteur mu kigobe ,Dusenga tuzunguruka dusenyura ,Imana yawe irantabara,J Pierre ,Yesu akwiteho cane>> <<@zawadiflora9422 says : Ivyovyakubayeho nivyovyabaye kumupastori wacu Pita wumunyarwanda ariko Yesu azogusubiza umwambaro turavyizeye mukozi wimana❤❤>> <<@zawadiflora9422 says : Humura mukozi wimana icoyakuvuzeho kizoba uzogaruka iwacu iburundi turagu kumbuye Imana igucirinzira ugaruke>> <<@JeanneMutamuriza-lk9lr says : Yoooo pasta nongeye kukwunva ndi Jeanne wo munyakabiga shalome>> <<@FrançoiseNiyomwungere-o6f says : Nkubu turaciteze ico Imana yadusezeraniye murushengero twarerewemwo>> <<@FrançoiseNiyomwungere-o6f says : Imana ikongere umugisha,ntituzokwibagira,waduhaye ingaburo yumutima>> <<@mediamed1196 says : Imana iguhumugisha uzagaruke iburundi imana izokubiranira shima ushiramanga>> <<@JeanNzamutuma-bh3dq says : Komera niduhura ibyo wacagamo nanjye narimo mbicamo niduhura nzakubwira aho byarimokumberaho>> <<@habarugiramathilde7587 says : Yoo ndifuza numero za past jean pierre, narazirondeye ndaziburaa wee>> <<@enfantdedieu4347 says : Bavuga PERMIS si permet>> <<@MarieGorethNiyonsaba says : Uragaruka yesu navyemera .turagukumbuye yesu aguhe umugisha.>> <<@MarieGorethNiyonsaba says : Waravyibushe cn>> <<@MarieGorethNiyonsaba says : Yoooo pasteur jean pierre muraho? Yesu wee uzogaruka ryari?>> <<@MarieLouiseMukeshimana-f2y says : Yoooo ndakwibutse mwakorera ruhande ya pafe>> <<@EmileNiyonkuru-i5t says : Yesu Aguhe umugisha muvyeyi wacu ndizerako ivyo Data yavuze bizoshika>> <<@bazarishakedative4084 says : pasta turagukunda cyane urumukoziwimana>> <<@bravekis9095 says : Jyewe napfushije umwana nanga kwemera mpeka indumbi ye , guys gupfusha umwana wibyariye birakomeye cyane pe>> <<@ihuwizeyeAnny_Arlette-mp2fk says : Pasteur Wanje Imana iguhezagire cane gose nukuri>> <<@byukusengemoise387 says : Uyumushumba niwe wambatije mumazi menshi iburundi nuzura umwuka wera afite amavuta ylmana nange nabaye umushumba ariko ntabizi mudufashe muduhe numero ya bishop>> <<@turibamweali8661 says : Nubona umuntu utarapfusha nushaka ujye ujya kurira umuhishe amaso kuko ntacyo aba azi rwose aba akubina nkurimo kumutera iseseme kuko igikomere cyo gupfusha ntawe wakiganiriza we atarapfisha na rimwe !>> <<@divinediv5826 says : Pasta wacu ntituzokwibagira>> <<@zephrinendayisenga1864 says : Pasteur turagukunda cane muri rehoboth ntituzokwibagira>> <<@ndayikengurukiyeange3259 says : Yooo ,Pasteur nakwigiyeko vyinshi.Nyakabiga,Ngagara.Suhuza maman Divine.Ndahamya neza ko urimw,imana>> <<@prosperbikorimana857 says : Mon Pasteur, Yesu aguhezagire. Imana twarayibonye.>> <<@nahisemoyesugenereuse276 says : Hezagirwa Pasteur wacu. Turacari murirya jambo Papa>> <<@NahayoAngelus-ie1rg says : Yooo Pasteur wanje Imana ikugirire neza namenye Imana kubwawe waranyigishije waransengeye warampanuriye Imana izabiguhembere ibihetangabo vyishi>> <<@alineniyitunga1872 says : Ameeeeen>> <<@cyriaque9997 says : Imana izogera kuduhuza pasteur wacu watubereye umugisha>> <<@DamienNtakirutimana says : Amen urampezagiye muragaruka ibubanza>> <<@nijimberejoselyne5464 says : Ndagukunda caane Imana iguhe umugisha mwinshi watuberey umugisha>> <<@nicolentakarutimana4090 says : Ntanuwundi mukozi w'Imana ndaboona nkawe pasta wanje nkunda umuvyeyi wabose yumva bose>> <<@noellaniyonizeye1646 says : Amen murakoze Pasteur wacu wasanga koko igihe ariki nkuko wari waravyeretswe ukabitumenyesha reka twizere Imana niyibizi>> <<@raoul777 says : Amen Amen>> <<@jurnotrossylavardin3456 says : Mwatuberey umugisha nabugingo nubu Iman ikomez kukuzigam ic Imana yavuz izogisohoza>>
VideoPro
>>